AKEZA TV
AKEZA TV
  • 2 856
  • 10 908 711
Ntibazonkiza Saidi na Ndayishimiye Youssuf bagendeye Mira and Roofings
🔵🔴 Saido Ntibazonkiza na Ndayishimiye Youssuf bagendeye @mirasteelandroofings , ishirahamwe rihingura ibikoresho vyo kwubaka.
Abo bashitsi bakiriwe n'umuyobozi mukuru Sony Mukund.
#akezasports #Lesbeautesdecheznous
Переглядів: 553

Відео

🔴Mwirabire incamake y’igiteramo ca bereye igitega kuwa 22 Ruheshi citabiriwe nabaririmvyi
Переглядів 1042 години тому
Mu minota yababa ibiri, kaze mwirabire incamake y’igiteramo ca bereye igitega kuwa 22 Ruheshi citabiriwe nabaririmvyi B-face On The'flo na Mo'W Kanzie Alvin smith frimeur Belle 9ice Emery Sun R flow Vania Ice na Wiz Designer n’aba Runtown Djs. Barawakije, haratokombera. #lesbeautesdecheznous #akezanet #Musique #burundi
Fabrice Manirakiza ahejeje gushikiriza ikindi kirwati gishasha, kigira 2 yise FABHOMES.
Переглядів 2319 годин тому
🔴😍Fabrice manirakiza /FLYBZ ahejeje gushikiriza ikindi kirwati gishasha, kigira 2 yise FABHOMES. Ico kigwati akaba acubatse mu kiringo c’umwaka umwe gusa. Kurikirana vidéo uko vyagenze
Saido Ntibazonkiza
Переглядів 2229 годин тому
🔵 🔴 Nivyo amasezerano yanje yaraheze ariko nafashe umwanya wo kuruhuka n'umuryango wanje. Mfise imigwi myinshi iriko irandondera ariko nzohitamwo inyuma y'akaruhuko. " Saido Ntibazonkiza. #akezasports #Lesbeautesdecheznous
Ndayishimiye Youssuf Nyange
Переглядів 589 годин тому
🔵🔴Ndayishimiye Youssuf Nyange anathibitisha kua atacheza katika mchezo akiwa na timu yake Team Nyange dhidi ya Team Saido kwenye mchezo wa kirafiki hiyi ijumapili katika uwanja wa Urunani majira ya saa nane mchana. #akezasports #lesbeautesdecheznous
Ndayishimye Youssuf Nyange
Переглядів 7412 годин тому
"Nimshukuru mkubwa wangu Saido, alipo leta wazo kama hili la kusaidia watu ni kitu kizuri sana kwasababu nafahamu maisha tulio yapitia. Kunahali fulani ninapo kua inje ya inchi nikiona napita naona kama msaada wetu unahitajika." Aliyazungumza hayo katika kikao na waandishi wa habari alhamisi hii. Ikumbukwe kua wameuanda mchezo wa kirafiki kwa lengo la kusaidi waathiriwa wa mafuriko ya ziwa Tang...
Saido Ntibazonkiza
Переглядів 17612 годин тому
🔵 🔴 " Ndayishimiye Youssuf Nyange ntiyangoye mu gutegura uru rukino kuko nawe asanzwe afasha kandi ni nk'umwana wanje" Saido Ntibazonkiza mu kiganiro n'abamenyeshamakuru. Ni mumwumvirize !
Dj Tyga ati: « Ivyashikiye Camamare naje vyarashikiye, ariko twarakoze urubanza abavyeyi badahari ».
Переглядів 8714 годин тому
Dj Tyga ati: « Ivyashikiye Camamare naje vyarashikiye, ariko twarakoze urubanza abavyeyi badahari ».
Umugwi « God spirit Band » w’abigeme batatu bavukana bafise amajwi y'abamarayika.
Переглядів 6614 годин тому
Umugwi « God spirit Band » w’abigeme batatu bavukana bafise amajwi y'abamarayika.
DJ FERNANDO VIDEO
Переглядів 1,7 тис.19 годин тому
DJ FERNANDO VIDEO
🔴Indirimbo mperuka gusohora na Olègue, mfise amahirwe make ku Kuko tuyisohoye Olegue yarazimye
Переглядів 10219 годин тому
🔴Indirimbo mperuka gusohora na Olègue, mfise amahirwe make ku Kuko tuyisohoye Olegue yarazimye
🔴💉💊kuruno wa 13 Ruheshi, muntara ya Kirundo ahugururwa isekeza ryo gutanga icanco zikinga agasama
Переглядів 20День тому
🔴💉💊kuruno wa 13 Ruheshi, muntara ya Kirundo ahugururwa isekeza ryo gutanga icanco zikinga agasama
Mira Steel & Roofings, ihinguriro rya mbere rihingura ivyuma vyiza vy’ubwubatsi, muri EXPOSITION
Переглядів 203День тому
Mira Steel & Roofings, ihinguriro rya mbere rihingura ivyuma vyiza vy’ubwubatsi, muri EXPOSITION
Ikigo CIEP caratunganijwe kw’igenekerezo rya 7 Ruheshi 2024,ikiganiro bise NKUYAGIRE kivuga ku ncaco
Переглядів 52День тому
Ikigo CIEP caratunganijwe kw’igenekerezo rya 7 Ruheshi 2024,ikiganiro bise NKUYAGIRE kivuga ku ncaco
Abarundi bakoresha ibivuko vya Tanzania barashima serivisi bahabwa n’uburongozi bw’ivyo bivuko, TPA.
Переглядів 161День тому
Abarundi bakoresha ibivuko vya Tanzania barashima serivisi bahabwa n’uburongozi bw’ivyo bivuko, TPA.
TPA ( Tanzania PortsTanzania ) : Partenaire privilégié dans les échanges commerciaux au Burundi
Переглядів 62День тому
TPA ( Tanzania PortsTanzania ) : Partenaire privilégié dans les échanges commerciaux au Burundi
NIYA Carlo aratwiganira uko yabonye ihiganwa " Les Talents de chez nous"
Переглядів 9814 днів тому
NIYA Carlo aratwiganira uko yabonye ihiganwa " Les Talents de chez nous"
Amakuru agezweho y'Intamba Mu Rugamba
Переглядів 78821 день тому
Amakuru agezweho y'Intamba Mu Rugamba
Mayben, Umwe mubanyempano 10 batsinze mw’ihiganwa « Les Talents de chez nous » rya Akeza.net.
Переглядів 9521 день тому
Mayben, Umwe mubanyempano 10 batsinze mw’ihiganwa « Les Talents de chez nous » rya Akeza.net.
Daniel Niwencuti, Umwe mu banyempano 10 batsinze mw'ihiganwa “Les Talents de Chez nous” rya AKEZA
Переглядів 12321 день тому
Daniel Niwencuti, Umwe mu banyempano 10 batsinze mw'ihiganwa “Les Talents de Chez nous” rya AKEZA
Ivyo gucandaga mu Burundi vyifashe gute na cane cane ku rwaruka ?
Переглядів 9421 день тому
Ivyo gucandaga mu Burundi vyifashe gute na cane cane ku rwaruka ?
Abuhungu bahingura igitoro🔴😍𝐈𝐍𝐊𝐔𝐑𝐔 𝐘’𝐔𝐌𝐔𝐍𝐒𝐈
Переглядів 16628 днів тому
Abuhungu bahingura igitoro🔴😍𝐈𝐍𝐊𝐔𝐑𝐔 𝐘’𝐔𝐌𝐔𝐍𝐒𝐈
Urutonde rw'abakinyi 25, umumenyereza w'Intamba Etienne Ndayiragije azokwifashisha.
Переглядів 297Місяць тому
Urutonde rw'abakinyi 25, umumenyereza w'Intamba Etienne Ndayiragije azokwifashisha.
Abamugaye bacitse ukuguru kumwe bimirije Kuja guhiganwa mugikombe c'Afrika cabagenewe .
Переглядів 97Місяць тому
Abamugaye bacitse ukuguru kumwe bimirije Kuja guhiganwa mugikombe c'Afrika cabagenewe .
"Même Tony Yoka a commencé en amateur comme ces jeunes burundais" Mokhtar Hadjri
Переглядів 104Місяць тому
"Même Tony Yoka a commencé en amateur comme ces jeunes burundais" Mokhtar Hadjri
VITAL'O FC, IGARUKA RY'ISHIGISHA
Переглядів 307Місяць тому
VITAL'O FC, IGARUKA RY'ISHIGISHA
Umuhinyanyuzi Joell Houghton yuguruye inzu yiwe nshasha yo guhinyanyura imiziki «The citizen SOUND »
Переглядів 335Місяць тому
Umuhinyanyuzi Joell Houghton yuguruye inzu yiwe nshasha yo guhinyanyura imiziki «The citizen SOUND »
Mow Kanzie ati:«Bamwe baramvuze ngo nta mpano abandi bakamvugako vyinshi ariko aho ngeze ndahashima»
Переглядів 4,1 тис.Місяць тому
Mow Kanzie ati:«Bamwe baramvuze ngo nta mpano abandi bakamvugako vyinshi ariko aho ngeze ndahashima»
Alpha Theo ati:«Ikintu cose ndagifata nk’ubuntu.Ubuntu bukuzanira abantu,abantu bakakuzanira ibintu»
Переглядів 73Місяць тому
Alpha Theo ati:«Ikintu cose ndagifata nk’ubuntu.Ubuntu bukuzanira abantu,abantu bakakuzanira ibintu»
KENT ati:«Hari abantu babonye ufise kamere gashaka gusa nk’akabakobwa baca bibaza ko uri homosexuel»
Переглядів 340Місяць тому
KENT ati:«Hari abantu babonye ufise kamere gashaka gusa nk’akabakobwa baca bibaza ko uri homosexuel»

КОМЕНТАРІ